Ja ku birimwo

29 NZERO 2021
AMAKURU YO KW’ISI YOSE

Amakuru agezweho ya 1 avuye ku Nama Nyobozi (2021)

Amakuru agezweho ya 1 avuye ku Nama Nyobozi (2021)

Uwo mu bagize Inama Nyobozi arigana ivyabonywe biremesha vyerekana ukuntu Yehova ariko arahezagira utwigoro tugira two kwamamaza tubigiranye umwete, naho bitoroshe kubera iki kiza.