18 RUHESHI 2021
AMAKURU YO KW’ISI YOSE
Amakuru agezweho ya 5 avuye ku Nama Nyobozi (2021)
Uwo mu bagize Inama Nyobozi araremesha imiryango kuguma yiyegereje Yehova muri iki kiza. Abavyeyi baravuga ivyo bakoze kugira bafashe abana babo kuguma biyegereje Yehova.