Imponjo y’ividewo Nube umugenzi wa Yehova: Yehova arababarira
Gukora ikibereye ntivyama vyoroshe, ariko ntidukwiye kwihebura.
Raba kandi
NUBE UMUGENZI WA YEHOVA
Yehova arababarira
Bishitse tugakora ikosa, twoba dukwiye kwihebura? Reka turabe ico Kalebu yigira ku nkuru yo muri Bibiliya.
NUBE UMUGENZI WA YEHOVA (UDUKORWA)
Icapa: Yehova arababarira
Voma wongere usohore ico capa kitwibutsa ingene Yehova ababarira abantu b’intahemuka igihe bakoze amakosa.
AMAVIDEWO
Niwigire ku bagenzi ba Yehova
INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA
Udukorwa tw’abana
Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.