Utuvidewo tunezereza abana
Ivyabona vya Yehova barasohora utuvidewo twa dessin animés dufasha abana gushira mu ngiro impanuro Bibiliya itanga. None utwo tuvidewo dutegurwa gute, kandi abana batwakira gute? Nuvyirabire!
Raba kandi
IGIKORWA KIJANYE N’IBISOHORWA
Utuvidewo dutuma umutima unezerwa
Ivyabona vya Yehova barakoze urukurikirane rw’utuvidewo twigisha abana ivyigwa bihambaye bijanye n’inyifato runtu be n’Imana. Abantu boba bakunda utwo tuvidewo?
AMAVIDEWO
Niwigire ku bagenzi ba Yehova
INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA
Udukorwa tw’abana
Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.