Ururirimbo rwa 89—Umviriza, ugamburuke, uhezagirwe
Turashobora kuba abagenzi ba Yehova mu kuririmba. Nuririmbane na Kalebu be na Sonia ibijanye n’imihezagiro iva ku kugamburukira Yehova.
Raba kandi
AMAVIDEWO
Niwigire ku bagenzi ba Yehova
INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA
Udukorwa tw’abana
Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.