Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?—Ndende VUZA Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?—Ndende Raba ingene Bibiliya ishobora kugufasha kuronka inyishu z’ibibazo bihambaye cane mu buzima. Muradutunga, vyanse gusomwa. Voma iyi videwo Raba kandi IBITWEREKEYE Gusaba ko tukugendera Nimuganire ikibazo gishingiye kuri Bibiliya canke mwige ibindi ku vyerekeye Ivyabona vya Yehova. IBIBAZO BIKUNZE KUBAZWA Ivyigwa mutanga vya Bibiliya bigirwa gute? Mu vyigwa vya Bibiliya Ivyabona vya Yehova batanga ku buntu, urashobora gukoresha Bibiliya iyo ari yo yose. Urashobora gutumira umuryango wawe wose canke abagenzi bawe. IBITWEREKEYE Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya Kw’isi yose, birazwi ko Ivyabona vya Yehova bagendera abantu kugira ngo babigishe Bibiliya ku buntu. Raba ingene bigenda. AMAKORANIRO Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga Niwirabire ingene amakoraniro yacu agirwa. Capura Rungika Rungika Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?—Ndende IBITWEREKEYE Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? Ikirundi Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/502013341/univ/art/502013341_univ_sqr_xl.jpg