Ja ku birimwo

BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA

Ubu ndakunda abantu

Ubu ndakunda abantu

Uyu mugabo yarize ukuri kwo muri Bibiliya bica bituma aheba ubukozi bw’ikibi. Ubu agendera abantu kugira abigishe ibijanye n’isi itagiramwo ubukozi bw’ikibi hamwe n’utugwi tw’abantu bitwaza ibirwanisho.