Kamerune: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 28.608.000
- Abigisha Bibiliya: 44.558
- Amashengero y’Ivyabona: 500
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 665
INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA
Inyubakwa zubatswe imbere y’ikiza
Mu mwaka w’umurimo wa 2020, twategekanya kwubaka canke gusanura ibibanza vyo gusengeramwo birenga 2.700. Ikiza ca Korona cagize ingaruka izihe kuri iyo migambi?