Letoniya: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 1.883.000
- Abigisha Bibiliya: 2.135
- Amashengero y’Ivyabona: 29
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 898
UMUNARA W’INDERETSI
Umuhango w’uko isi izohinduka Iparadizo warahinduye ubuzima bwanje!
Ivars Vigulis yashira imbere mu buzima bwiwe ivyo gusiganwa ku mapikipiki vyatuma avugangwa, ahabwa icubahiro kandi vyaramuryohera. None ukuri kwo muri Bibiliya kwagize ico gukoze gute ku buzima bwiwe?