Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Sainte-Lucie

Sainte-Lucie: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 186.000
  • Abigisha Bibiliya: 787
  • Amashengero y’Ivyabona: 11
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 241

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Ukumenyerezwa kudasanzwe naronse kwaratumye nshurika

Niwisomere inkuru y’ubuzima ya Woodworth Mills, akaba amaze imyaka nka 80 akorera Yehova adahemuka.