Ubuyabaga bwanje—Bibiliya yomfasha gute? VUZA Ubuyabaga bwanje—Bibiliya yomfasha gute? Nurabe abakiri bato babiri biboneye akamaro k’inyigisho zo muri Bibiliya. Muradutunga, vyanse gusomwa. Voma iyi videwo Ibiganiro bifitaniye isano Ivyo urunganwe rwawe ruvuga Ubucuti ufitaniye n’Imana Imiyabaga n’abageze mu bigero Raba kandi URWARUKA RURIBAZA Bibiliya yomfasha gute?—Igice ca 1: Soma Bibiliya yawe Hamwe woza ubona wubutse kw’isandugu ya kera cane yabikwamwo ibintu vy’agaciro, none ntiwoshima kumenya ibiri indani? Bibiliya ni nk’iyo sandugu. Irimwo ibintu vyinshi vy’agaciro. IVYO URUNGANWE RWAWE RUVUGA Ivyo abakiri bato bavuga ku vyerekeye gusoma Bibiliya Gusoma ntivyama vyoroshe, ariko gusoma Bibiliya birafise akamaro. Abakiri bato bane barasigura ingene bungukiye ku gusoma Bibiliya. INYIGISHO Z'ISHIMIKIRO ZO MURI BIBILIYA Ni ibiki bitwemeza ko Bibiliya ikomoka ku Mana? Nimba Bibiliya ikomoka ku Mana, itegerezwa kuba ata ho isa isana n’ibindi bitabu vyanditswe. URWARUKA RURIBAZA Noba nkwiye kurondera abagenzi bashasha? Kugira umugwi mutoyi w’abagenzi birashobora kuba vyiza, ariko ntivyama ari ngirakamaro. Kubera iki? IBISIGURWA BARIKO BARABICAPA Umugenzi nyakuri ameze gute? Biroroshe ko uronka abagenzi b’indyadya; none woronka gute umugenzi nyakuri? Capura Rungika Rungika Ubuyabaga bwanje—Bibiliya yomfasha gute? IVYO URUNGANWE RWAWE RUVUGA Bibiliya yomfasha gute? Ikirundi Bibiliya yomfasha gute? https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/502700102/univ/art/502700102_univ_sqr_xl.jpg mtl