Ubwami bw’Imana ni iki? VUZA Ubwami bw’Imana ni iki? Yezu yarigishije cane ibijanye n’Ubwami bw’Imana. None ubwo Bwami ni iki? Buzotumarira iki? Muradutunga, vyanse gusomwa. Voma iyi videwo Ibiganiro bifitaniye isano Amavidewo ashingiye kuri Bibiliya: Inyigisho z’ishimikiro Raba kandi INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA Ubwami bw’Imana buzokora iki? Numenye ivyo wokwitega igihe intwaro y’Imana izoba iganza isi. INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA Ubwami bw’Imana bwoba buri mu mutima wawe? Bibiliya iba ishaka kuvuga iki mu kuvuga ngo “ubgami bg’Imana buri muri mwebge”? INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA “Impfunguruzo z’ubwami” ni iki? Izo mpfunguruzo zugurura iki, kandi ni bande zagiriye akamaro? Ni nde yuguruye? IBINDI BIGANIRO Niwizigire ko kazoza ari keza Kubera iki ivyo Bibiliya isezerana bitandukanye n’ivyo abantu basezerana hamwe n’ivyo bavuga ko bizoba? UMUNARA W’INDERETSI Ubwami bw’Imana—Intwaro iterekwa igiturire Ibintu bitandatu vyerekana ko ubwo Bwami butazokwigera burangwamwo igiturire IBITWEREKEYE Gusaba ko tukugendera Nimuganire ikibazo gishingiye kuri Bibiliya canke mwige ibindi ku vyerekeye Ivyabona vya Yehova. Capura Rungika Rungika Ubwami bw’Imana ni iki? INYIGISHO Z'ISHIMIKIRO ZO MURI BIBILIYA Ubwami bw’Imana ni iki? Ikirundi Ubwami bw’Imana ni iki? https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/502017850/univ/art/502017850_univ_sqr_xl.jpg