Ushobora gute kuba umugenzi w’Imana? VUZA Ushobora gute kuba umugenzi w’Imana? Umuvyeyi wacu adukunda aratumira abo bose bamurondera kuba abagenzi biwe. Woba uzokwemera ubwo butumire? Muradutunga, vyanse gusomwa. Voma iyi videwo Ibiganiro bifitaniye isano Amavidewo ashingiye kuri Bibiliya: Inyigisho z’ishimikiro Raba kandi INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA Woshobora gute kuba umugenzi w’Imana? Ibintu indwi vyogufasha kugiranira ubugenzi n’Imana. INYIGISHO Z'ISHIMIKIRO ZO MURI BIBILIYA Imana yoba ifise izina? Imana irafise amazina menshi y’icubahiro. Amwamwe muri yo ni Mushoboravyose, Umuremyi, hamwe n’Umukama. Ariko izina ry’uruharo ry’Imana rikoreshwa incuro zirenga 7000 muri Bibiliya. INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA Imana yoba iba hose? Bibiliya yoba yigisha ko Imana iba hose? Kubera iki wokwemera udakeka ko Imana ifise aho iba, yamara kandi ikaba ikuzi ku giti cawe? UMUNARA W’INDERETSI Kumenya Imana vyokumarira iki? Ni imihezagiro iyihe abagiranira ubucuti n’Imana bazokwironkera? INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA Nugerageze kwiga Bibiliya natwe Urashobora kwiga Bibiliya ku buntu uri kumwe n’uwukwigisha. Capura Rungika Rungika Ushobora gute kuba umugenzi w’Imana? INYIGISHO Z’ISHIMIKIRO ZO MURI BIBILIYA Ushobora gute kuba umugenzi w’Imana? Ikirundi Ushobora gute kuba umugenzi w’Imana? https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1102020420/univ/art/1102020420_univ_sqr_xl.jpg ebtv