Kubera iki turiho? VUZA Kubera iki turiho? Twokora iki kugira duhimbarwe mu buzima? Muradutunga, vyanse gusomwa. Voma iyi videwo Ibiganiro bifitaniye isano Amavidewo ashingiye kuri Bibiliya: Inyigisho z’ishimikiro Raba kandi INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA Intumbero y’ubuzima ni iyihe? Woba uribaza uti: ‘Intumbero y’ubuzima ni iyihe?’ Numenye ukuntu Bibiliya yishura ico kibazo. INSOBANURO Y’IMIRONGO YO MURI BIBILIYA Insobanuro y’ibivugwa muri Yeremiya 29:11: “Kuko nzi ivyiyumviro mbiyumvirako” Hoba hari ikintu Imana yateguriye umuntu umwumwe wese? INYIGISHO Z’ISHIMIKIRO ZO MURI BIBILIYA Ushobora gute kuba umugenzi w’Imana? Haraciye imyaka amajana abantu barondera kumenya Umuremyi wabo. Bibiliya irashobora kudufasha kuba abagenzi b’Imana. Ubwo bugenzi butangurira ku kumenya izina ry’Imana. INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA Wokora iki kugira uzobeho ibihe bidahera? Bibiliya isezerana ko abakora ivyo Imana igomba bashobora kubaho ibihe bidahera. Raba ibintu bitatu Imana ishaka ko dukora. IBITWEREKEYE Gusaba ko tukugendera Nimuganire ikibazo gishingiye kuri Bibiliya canke mwige ibindi ku vyerekeye Ivyabona vya Yehova. Capura Rungika Rungika Kubera iki turiho? INYIGISHO Z’ISHIMIKIRO ZO MURI BIBILIYA Kubera iki turiho? Ikirundi Kubera iki turiho? https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1102020433/univ/art/1102020433_univ_sqr_xl.jpg ebtv