Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Nehemiya: ‘Akanyamuneza ka Yehova ni igihome kidukingira’: Igice ca 2

Nehemiya: ‘Akanyamuneza ka Yehova ni igihome kidukingira’: Igice ca 2

Nehemiya amaze kurangiza gusanura impome za Yeruzalemu, yarahanganye n’iyindi ntambamyi. Haciye igihe, Abisirayeli bararetse kwitwararika ubucuti bari bafitaniye na Yehova. Afadikanije na Ezira be na Malaki, yarasubijeho ugusenga gutyoroye.