EREKANA Igitabu ca Bibiliya Itanguriro Kuvayo Abalewi Guharura Gusubira mu vyagezwe Yosuwa Abacamanza Rusi 1 Samweli 2 Samweli 1 Abami 2 Abami 1 Ngoma 2 Ngoma Ezira Nehemiya Esiteri Yobu Zaburi Imigani Umusiguzi Indirimbo ya Salomo Yesaya Yeremiya Gucura intimba Ezekiyeli Daniyeli Hoseya Yoweli Amosi Obadiya Yona Mika Nahumu Habakuki Zefaniya Hagayi Zakariya Malaki Matayo Mariko Luka Yohani Ivyakozwe Abaroma 1 Abakorinto 2 Abakorinto Abagalatiya Abanyefeso Abafilipi Abakolosayi 1 Abatesalonika 2 Abatesalonika 1 Timoteyo 2 Timoteyo Tito Filemoni Abaheburayo Yakobo 1 Petero 2 Petero 1 Yohani 2 Yohani 3 Yohani Yuda Ivyahishuwe Ikigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13 14 15 16 17 18 19 20 21 22 23 24 25 26 27 28 29 30 31 32 33 34 35 36 Igitabu ca kabiri c’ivyo ku ngoma Ibigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13 14 15 16 17 18 19 20 21 22 23 24 25 26 27 28 29 30 31 32 33 34 35 36 Ibirimwo muri make 1 Salomo asaba ubukerebutsi (1-12) Ubutunzi bwa Salomo (13-17) 2 Imyiteguro yo kwubaka urusengero (1-18) 3 Salomo atangura kwubaka urusengero (1-7) Aheranda cane (8-14) Za nkingi zibiri z’umujumpu (15-17) 4 Igicaniro, igitangi n’ibibesani (1-6) Ivyo baterekako amatara, imeza n’ibigo (7-11a) Barangiza gukora ibintu vyo mu rusengero (11b-22) 5 Imyiteguro yo kwegurira Imana urusengero (1-14) Bazana isandugu mu rusengero (2-10) 6 Ivyo Salomo yabwiye abantu (1-11) Isengesho rya Salomo ryo kwegurira Imana urusengero (12-42) 7 Urusengero rwuzura ubuninahazwa bwa Yehova (1-3) Ibirori bijanye no kwinjira urusengero (4-10) Yehova abonekera Salomo (11-22) 8 Ibindi Salomo yubatse (1-11) Atunganya ibijanye no gusenga ku rusengero (12-16) Amato ya Salomo (17, 18) 9 Umwamikazi w’i Sheba aza kuraba Salomo (1-12) Ubutunzi bwa Salomo (13-28) Urupfu rwa Salomo (29-31) 10 Abisirayeli bagarariza Rehobowamu (1-19) 11 Intwaro ya Rehobowamu (1-12) Abalewi b’intahemuka bimukira mu Buyuda (13-17) Umuryango wa Rehobowamu (18-23) 12 Shishaki atera Yeruzalemu (1-12) Intwaro ya Rehobowamu irangira (13-16) 13 Abiya, umwami w’Ubuyuda (1-22) Abiya atsinda Yerobowamu (3-20) 14 Urupfu rwa Abiya (1) Asa, umwami w’Ubuyuda (2-8) Asa atsinda Abanyetiyopiya 1.000.000 (9-15) 15 Ibintu Asa yahinduye (1-19) 16 Amasezerano hagati ya Asa na Siriya (1-6) Hanani akebura Asa (7-10) Urupfu rwa Asa (11-14) 17 Yehoshafati, umwami w’Ubuyuda (1-6) Isekeza ryo kwigisha (7-9) Ingabo za Yehoshafati (10-19) 18 Yehoshafati yifatanya na Ahabu (1-11) Mikaya amenyesha Ahabu ko aza gutsindwa (12-27) Ahabu yicirwa i Ramoti-Gileyadi (28-34) 19 Yehu akebura Yehoshafati (1-3) Ibintu Yehoshafati yakoze (4-11) 20 Ubuyuda buterwa n’ibihugu bibanyi (1-4) Yehoshafati asenga Imana ngo imufashe (5-13) Yehova amwishura (14-19) Ubuyuda butabarwa ku gitangaro (20-30) Intwaro ya Yehoshafati irangira (31-37) 21 Yehoramu, umwami w’Ubuyuda (1-11) Ubutumwa Eliya yanditse (12-15) Iherezo ribi rya Yehoramu (16-20) 22 Ahaziya, umwami w’Ubuyuda (1-9) Ataliya yiha ubutegetsi (10-12) 23 Yehoyada agira ico akoze. Yehowasi yimikwa (1-11) Ataliya yicwa (12-15) Ibintu Yehoyada yahinduye (16-21) 24 Intwaro ya Yehowasi (1-3) Yehowasi asubiramwo urusengero (4-14) Yehowasi aba umuhuni (15-22) Yehowasi yicwa (23-27) 25 Amaziya, umwami w’Ubuyuda (1-4) Arwana n’Abanyedomu (5-13) Amaziya asenga ibigirwamana (14-16) Arwana na Yehowasi umwami wa Isirayeli (17-24) Urupfu rwa Amaziya (25-28) 26 Uziya, umwami w’Ubuyuda (1-5) Ubuhizi bwa Uziya mu vya gisirikare (6-15) Uziya arwara imibembe kubera ubwibone (16-21) Urupfu rwa Uziya (22, 23) 27 Yotamu, umwami w’Ubuyuda (1-9) 28 Ahazi, umwami w’Ubuyuda (1-4) Atsindwa n’Abasiriya be n’Abisirayeli (5-8) Odedi aburira Abisirayeli (9-15) Ubuyuda bucishwa bugufi (16-19) Ahazi asenga ibigirwamana. Urupfu rwiwe (20-27) 29 Hezekiya, umwami w’Ubuyuda (1, 2) Ivyo Hezekiya yahinduye (3-11) Bahumanura urusengero (12-19) Basubizaho ibikorwa vyo ku rusengero (20-36) 30 Hezekiya ahimbaza Pasika (1-27) 31 Hezekiya atuza ibikorwa vyo kutubaha Imana (1) Abaherezi n’Abalewi baronswa ivyo bakeneye (2-21) 32 Senakeribu atera ubwoba ab’i Yeruzalemu (1-8) Senakeribu acokora Yehova (9-19) Umumarayika yica ingabo z’Abashuri (20-23) Hezekiya arwara, mu nyuma akagira ubwibone (24-26) Ivyo Hezekiya yaranguye. Urupfu rwiwe (27-33) 33 Manase, umwami w’Ubuyuda (1-9) Manase yigaya ibibi yakoze (10-17) Urupfu rwa Manase (18-20) Amoni, umwami w’Ubuyuda (21-25) 34 Yosiya, umwami w’Ubuyuda (1, 2) Ibintu Yosiya yahinduye (3-13) Batora igitabu c’amategeko (14-21) Hulida avuga ivyago bizoba (22-28) Yosiya asomera abantu ibiri mu gitabu (29-33) 35 Yosiya atunganya Pasika ikomeye (1-19) Yosiya yicwa na Farawo Neko (20-27) 36 Yehowahazi, umwami w’Ubuyuda (1-3) Yehoyakimu, umwami w’Ubuyuda (4-8) Yehoyakini, umwami w’Ubuyuda (9, 10) Zedekiya, umwami w’Ubuyuda (11-14) Yeruzalemu itikizwa (15-21) Itegeko rya Kuro ryo gusubira kwubaka urusengero (22, 23) Ibiheruka Ibikurikira Capura Rungika Rungika 2 Ngoma: ibirimwo muri make BIBILIYA Y'ISI NSHASHA (YASUBIWEMWO MU 2013) 2 Ngoma: ibirimwo muri make Ikirundi 2 Ngoma: ibirimwo muri make https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1001061100/univ/wpub/1001061100_univ_sqr_xl.jpg nwt 2 Ngoma rup. 690-691