Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ikete ryandikiwe Abaroma

Ibigabane

1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13 14 15 16

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Indamutso (1-7)

    • Pawulo yipfuza kuja i Roma (8-15)

    • Umugororotsi azobeshwaho n’ukwizera (16, 17)

    • Abatubaha Imana nta co bafise bireguza (18-32)

      • Ibiranga Imana turabibona mu vyo yaremye (20)

  • 2

    • Urubanza Imana icira Abayuda n’Abagiriki (1-16)

      • Ingene ijwi ryo mu mutima rikora (14, 15)

    • Abayuda n’amategeko (17-24)

    • Ukugenyerwa kw’umutima (25-29)

  • 3

    • «Imana niboneke ko ivuga ukuri» (1-8)

    • Abayuda n’Abagiriki bagabwa n’igicumuro (9-20)

    • Ubugororotsi buva ku kwizera (21-31)

      • Bose ntibashikira ubuninahazwa bw’Imana (23)

  • 4

    • Aburahamu yiswe umugororotsi bivuye ku kwizera (1-12)

      • Aburahamu, se w’abari n’ukwizera (11)

    • Umuhango wabonetse biciye ku kwizera (13-25)

  • 5

    • Twarasubije hamwe n’Imana biciye kuri Kristu (1-11)

    • Urupfu rwaciye kuri Adamu, ubuzima buca kuri Kristu (12-21)

      • Igicumuro n’urupfu vyarakwiye ku bantu bose (12)

      • Igikorwa kimwe c’ubugororotsi (18)

  • 6

    • Ubuzima bushasha biciye kw’ibatisimu muri Kristu (1-11)

    • Ntimureke ngo igicumuro kiganze mu mibiri yanyu (12-14)

    • Abashumba b’igicumuro babaye abashumba b’Imana (15-23)

      • Impembo y’igicumuro ni urupfu. Ingabire y’Imana ni ubuzima (23)

  • 7

    • Akarorero kajanye no gukurwako amategeko (1-6)

    • Igicumuro camenyekanye biciye ku mategeko (7-12)

    • Kurwana n’igicumuro (13-25)

  • 8

    • Ubuzima n’umwidegemvyo biciye ku mpwemu (1-11)

    • Impwemu iratomora neza ko ari abana b’Imana (12-17)

    • Ivyaremwe birashashaye umwidegemvyo w’abana b’Imana (18-25)

    • «Impwemu iratakamba ku bwacu» (26, 27)

    • Abo Imana yagenye imbere y’igihe (28-30)

    • Turatahukana intsinzi biciye ku rukundo rw’Imana (31-39)

  • 9

    • Pawulo agira intuntu kubera Abisirayeli (1-5)

    • Uruvyaro nyakuri rwa Aburahamu (6-13)

    • Ihitamwo ry’Imana ntiriharirizwa (14-26)

      • Ibikoresho vyo kurakirwa n’ivyo kubabarirwa (22, 23)

    • Amasigarira gusa ni yo azokizwa (27-29)

    • Abisirayeli baratsitaye (30-33)

  • 10

    • Ukuntu umuntu yoshikira ubugororotsi bw’Imana (1-15)

      • Kuvuga ku mugaragaro ukwizera ufise (10)

      • Uwambaza Yehova azokizwa (13)

      • Ibirenge biteye igomwe vy’abavuga inkuru nziza (15)

    • Inkuru nziza ntiyakiriwe neza (16-21)

  • 11

    • Imana ntiyataye Abisirayeli bose (1-16)

    • Akarorero k’igiti c’umwelayo (17-32)

    • Ubukerebutsi bw’Imana burimbitse (33-36)

  • 12

    • Mutange imibiri yanyu nk’ikimazi kizima (1, 2)

    • Ingabirano zitandukanye, ariko umubiri ni umwe (3-8)

    • Ukuntu umukirisu w’ukuri akwiye kwigenza (9-21)

  • 13

    • Kugamburukira abakuru (1-7)

      • Kuriha amakori (6, 7)

    • Uwukundana aba yubahirije amategeko (8-10)

    • Twigenze nko ku murango (11-14)

  • 14

    • Ntiducire urubanza abandi (1-12)

    • Ntidutsitaze abandi (13-18)

    • Turemeshe amahoro n’ubumwe (19-23)

  • 15

    • Nimuhane ikaze nk’uko na Kristu yabigize (1-13)

    • Pawulo, umukozi wa Kristu mu mahanga (14-21)

    • Ingendo Pawulo yipfuza kugira (22-33)

  • 16

    • Pawulo amenyesha ivyerekeye Foyibe (1, 2)

    • Indamutso ku bakirisu b’i Roma (3-16)

    • Kwirinda amacakubiri (17-20)

    • Indamutso z’abakorana na Pawulo (21-24)

    • Ibanga ryeranda ubu rirazwi (25-27)