A7-D
Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi: Igikorwa nyamukuru Yezu yakoreye i Galilaya (Igice ca 2)
IGIHE |
IKIBANZA |
IVYABAYE |
MATAYO |
MARIKO |
LUKA |
YOHANI |
---|---|---|---|---|---|---|
Mu 31 canke 32 |
I Kaperinawumu |
Yezu atanga ibigereranyo vy’Ubwami |
||||
Ikiyaga ca Galilaya |
Atururuza igihuhusi ari mu bwato |
|||||
Akarere ka Gadara |
Arungika amadayimoni mu ngurube |
|||||
Kumbure i Kaperinawumu |
Akiza umugore w’indwara yo kuva amaraso; azura umukobwa wa Yayiro |
|||||
Kaperinawumu (?) |
Akiza impumyi n’umuragi |
|||||
Nazareti |
Ab’iwabo bongera kutamwumviriza |
|||||
Galilaya |
Aja i Galilaya ubwa gatatu; yagura igikorwa mu kurungika intumwa |
|||||
Tiberiya |
Herodi acisha umutwe Yohani Umubatizi; Herodi azazanirwa n’ivya Yezu |
|||||
Mu 32, Pasika yegereje (Yoh 6:4) |
Kaperinawumu (?); hafi y’ikiyaga ca Galilaya |
Intumwa zigaruka zivuye kwamamaza; Yezu agaburira abagabo 5.000 |
||||
Hafi y’ikiyaga ca Galilaya; Genesareti |
Abantu bagerageza kwimika Yezu; agendera ku mazi; akiza benshi |
|||||
Kaperinawumu |
Avuga ko ari «umukate w’ubuzima»; benshi baratsitara bakamuta |
|||||
Mu 32, inyuma ya Pasika |
Kumbure Kaperinawumu |
Yiyamiriza imigenzo y’abantu |
||||
Fenisiya; Dekapoli |
Akiza umukobwa w’umugore w’i Sirofenisiya; agaburira abagabo 4.000 |
|||||
Magadani |
Ikimenyetso ca Yona |