Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

B9

Intwaro nganzasi zavuzwe na Daniyeli

Babiloni

Daniyeli 2:32, 36-38; 7:4

607 M.K. Umwami Nebukadinezari atikiza Yeruzalemu

Ubumedi n’Ubuperesi

Daniyeli 2:32, 39; 7:5

539 M.K. Vyigarurira Babiloni

537 M.K. Kuro asohora itegeko ry’uko Abayuda basubira i Yeruzalemu

Ubugiriki

Daniyeli 2:32, 39; 7:6

331 M.K. Alegizandere Mukuru yigarurira Ubuperesi

Uburoma

Daniyeli 2:33, 40; 7:7

63 M.K. Butangura gutegeka Isirayeli

70 N.K. Butikiza Yeruzalemu

Ubwongereza na Amerika

Daniyeli 2:33, 41-43

1914-1918 N.K. Intwaro nganzasi y’Ubwongereza na Amerika itangura mu gihe c’Intambara ya mbere y’isi yose