B5
Ihema ryeranda n’umuherezi mukuru
Ivyari bigize ihema ryeranda
-
1 Isandugu (Kv 25:10-22; 26:33)
-
2 Irido (Kv 26:31-33)
-
3 Inkingi imanitseko irido (Kv 26:31, 32)
-
4 Aheranda (Kv 26:33)
-
5 Aheranda cane (Kv 26:33)
-
6 Igikingirizo (Kv 26:36)
-
7 Inkingi y’igikingirizo (Kv 26:37)
-
8 Agatafari k’umujumpu (Kv 26:37)
-
9 Igicaniro c’imibavu (Kv 30:1-6)
-
10 Imeza y’imikate y’ishikanwa (Kv 25:23-30; 26:35)
-
11 Ikintu baterekako amatara (Kv 25:31-40; 26:35)
-
12 Igitambara c’ilino (Kv 26:1-6)
-
13 Igitambara c’ubwoya bw’impene (Kv 26:7-13)
-
14 Igitambara c’urushato rw’impfizi z’intama (Kv 26:14)
-
15 Igitambara c’urushato rw’ibikoko vyitwa tahashi (Kv 26:14)
-
16 Ikizingiti (Kv 26:15-18, 29)
-
17 Agatafari k’ifeza kari munsi y’ikizingiti (Kv 26:19-21)
-
18 Agakoni (Kv 26:26-29)
-
19 Agatafari k’ifeza (Kv 26:32)
-
20 Ikibesani c’umujumpu (Kv 30:18-21)
-
21 Igicaniro c’amashikanwa aturirwa (Kv 27:1-8)
-
22 Ikigo (Kv 27:17, 18)
-
23 Irembo (Kv 27:16)
-
24 Ibitambara vy’ilino (Kv 27:9-15)
Umuherezi mukuru
Muri Kuvayo ikigabane ca 28 haradondora neza impuzu z’umuherezi mukuru wo muri Isirayeli
-
Igitambara co mu mutwe (Kv 28:39)
-
Akabuye ka onigisi (Kv 28:9)
-
Akagozi (Kv 28:14)
-
Agapfuko ko ku gikiriza ko guca imanza kariko utubuye tw’agaciro 12 (Kv 28:15-21)
-
Ikanzu itagira amaboko isa n’ubururu (Kv 28:31)
-
Umushono uriko udukengeri n’amakomamanga (Kv 28:33-35)
-
Ikanzu y’udukarokaro ikozwe mw’ilino nziza (Kv 28:39)