B12-A
Indwi ya nyuma Yezu yamaze kw’isi (Igice ca 1)
Yeruzalemu n’akarere kahakikuje
-
Urusengero
-
Itongo ry’i Getsemani (?)
-
Ikirimba ca buramatari
-
Inzu ya Kayifa (?)
-
Ikirimba ca Herodi Antipa (?)
-
Ikidengeri Bezata
-
Ikidengeri Silowamu
-
Ingoro y’Inama nkuru (?)
-
Gologota (?)
-
Akeludama (?)
Ja ku musi wa: 8 Nisani | 9 Nisani | 10 Nisani | 11 Nisani
8 Nisani (Isabato)
IZUBA RIRENZE (Umusi w’Abayuda utangura izuba rirenze, ukarangira izuba rirenze)
-
Ashika i Betaniya hasigaye imisi itandatu ngo Pasika ibe
IZUBA RISERUTSE
IZUBA RIRENZE
9 Nisani
IZUBA RIRENZE
-
Asangira na Simoni umunyamibembe
-
Mariya asiga Yezu amavuta amota
-
Abayuda baza kuraba Yezu na Lazaro
IZUBA RISERUTSE
-
Yinjira i Yeruzalemu nk’umwami
-
Yigisha mu rusengero
IZUBA RIRENZE
10 Nisani
IZUBA RIRENZE
-
Arara i Betaniya
IZUBA RISERUTSE
-
Azindukira i Yeruzalemu
-
Ahumanura urusengero
-
Yehova avugira mw’ijuru
IZUBA RIRENZE
11 Nisani
IZUBA RIRENZE
IZUBA RISERUTSE
-
Yigisha mu rusengero akoresheje ibigereranyo
-
Yiyamiriza Abafarizayo
-
Abona umupfakazi ariko atanga intererano
-
Ku musozi w’Imyelayo, arabura itemba rya Yeruzalemu agatanga n’ikimenyetso c’ukugaruka kwiwe