BE MASO! No 1 2019 | Isi yoba izokwigera itekana?
Raba ingorane zimwezimwe ziduhanze be n’ico bizosaba kugira ngo iyi si yacu itekane.
Turageramiwe
Ubu turageramiwe kuruta ikindi gihe cose. Twoba tuzokwigera dutekanirwa?
Kumenya umuzi w’ingorane
Nyinshi mu ngorane zihanze abantu ziterwa n’ukuba badatunganye. None twokura hehe icodufasha?
Kwiga gutandukanya iciza n’ikibi
Kugira ngo tubane mu bumwe n’amahoro, turakeneye inyigisho iruta kure n’iyo iyo amashure atanga.
Inkuru ya Ricardo na Andres
Ricardo na Andres kera barabuza amahoro abandi, ariko ubu ni bo bayatsimbataza. Raba ingene Bibiliya yahinduye ubuzima bwabo.
‘Amahoro ntazogira iherezo’
Ubwami bw’Imana ni iki?
Ku ngoma y’Ubwami bw’Imana “hazobaho amahoro menshi”
Ubwami bw’Imana buzotuma ababa kw’isi yose babana mu mahoro n’umwumvikano.
Woba umaze kwibaza ibi bibazo?
Woronka gute inyishu z’ibibazo woba ufise bijanye na Bibiliya?