BE MASO! Ndamukiza 2013 | Icohagarika amabi akorerwa mu ngo

Ivyo Bibiliya yigisha vyarafashije benshi kureka kuba inkazi, maze bacika abantu b’umutima mwiza kandi bubaha abo bubakanye.

Udukuru tw’irya n’ino

Udukuru turimwo ivyerekeye: Umubangabanga wa mbere wahinguwe ku buhinga buhanitse be n’ukuntu ibimera vyo muri Antarctique bigeramiwe.

ICOFASHA UMURYANGO

Ingene mwokwirinda amajambo ababaza

None wokora iki nimba amajambo ababaza ariko aronona umubano wanyu?

IKIGANIRO TWAGIRANYE NA

Umuhinga mu bijanye n’ibidukikije asigura igituma yemera Imana

Niwisomere icatumye umunyasiyansi umwe ahindura ingene yabona Bibiliya, ivy’ihindagurika be n’iyo ubuzima bwakomotse.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Icohagarika amabi akorerwa mu ngo

Impanuro zo muri Bibiliya zishobora gute gutuma n’abantu b’inkazi bimwe bidasanzwe bahinduka?

IBIHUGU N’ABABIBAMWO

Endoneziya

Nusome umenye imico n’imigenzo vy’abo bantu bafise umutima mwiza, ukwihangana, n’ubwakiranyi.

TWISUNZE BIBILIYA

Health

Nurabe ico ivuga ku bijanye n’indwara be n’ukwivuza.

Uburyo bwihuta bwo gushika ku muhora wacu

Ubu ku kinyamakuru Be maso! hariko akamenyetso ntekeramakuru gatuma unyaruka gushika ku muhora wacu

Ibindi usanga kuri internet

Wokora iki igihe hari uwugutoteza?

Benshi mu batotezwa bumva ko batagira gitabara. Iki kiganiro kirasigura icokorwa kugira ibintu birushirize kugenda neza.

Yakobo, Esawu be n’isupu

Niwige ivyerekeye Yakobo na Esawu! Voma aka gakorwa kajanye n’amashusho, ugacapure maze uce ugasiga amabara.