UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Myandagaro 2018
Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 1 gushika ku wa 28 Gitugutu 2018.
Woba ufise amakuru yose?
Ni ingingo ngenderwako zitatu izihe zo muri Bibiliya zidufasha gusuzuma neza amakuru turonka?
Niwirinde guca urubanza ufatiye ku biboneka inyuma
Nurabe imice itatu bitaranga ubukerebutsi gucira urubanza abandi dufatiye ku biboneka inyuma.
INKURU Y’UBUZIMA
Nariyemeje kutareka amaboko yanje ngo aregere
Niwisomere ivyerekeye ibintu bishimishije Maxim Danyleyko yiboneye mu myaka 68 amaze ari umumisiyonari.
Abatanga cane baragira agahimbare
Ni gute gutanga bituma tugira agahimbare?
Nukorane na Yehova buri musi
Ni mu buryo butanu ubuhe dushobora gukorana na Yehova?
Ukwiyumanganya ni ukwihangana ufise intumbero
Nurabe ico ukwiyumanganya Imana idusaba gusobanura, ingene twogutsimbataza be n’ivyiza bivamwo.
IVYO MU BUSHINGURO BWACU
Ingene imbuto z’Ubwami zatanguye kubibwa muri Portigale
Abamamaji b’Ubwami ba mbere muri Portigale bahuye n’ingorane izihe?