Urashobora kwiyegereza Imana
ABANTU BAMWEBAMWE BABONA KO . . .
Imana itatwitwararika canke yuko iri kure cane kandi ko ari nyeranda, ko rero tudashobora kuyiyegereza.
IVYO BIBILIYA IVUGA
“Mwiyegereze Imana, na yo izobiyegereza.”—Yakobo 4:8.
“Muterere amaganya yanyu yose kuri yo, kuko ibababara.”—1 Petero 5:7.
WOKWIYEGEREZA IMANA GUTE?
Nuyiyagire.—Zaburi 145:18, 19.
Nuyitege yompi.—Zaburi 32:8.
Nuyigamburukire.—Imigani 3:5, 6.
Ntucike intege.—Matayo 7:7, 8.