Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
◼ Ni hehe ushobora gukura imfashanyo kugira ngo utahure Bibiliya? Raba urupapuro rwa 6-8.
◼ Vyoba bishoboka ko umuntu aronka amahoro yo mu mutima muri ino si idurumbanye? Raba urupapuro rwa 10-12.
◼ Boba baratoye bwa bwato bwa Nowa? Raba urupapuro rwa 13-14.
◼ Abigayili yari nde, kandi ukwizera kwiwe gushobora kutwigisha iki muri iki gihe? Raba urupapuro rwa 18-21.
◼ Imana yoba yemera ko umugabo agira abagore benshi? Raba urupapuro rwa 30.