Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
Ni intambwe ngirakamaro izihe ushobora gutera kugira wirinde kunywa inzoga nyinshi? RABA URUPAPURO RWA 6-9.
Ni kubera iki ushobora kwizigira ivyo Imana yasezeranye? RABA URUPAPURO RWA 12.
Ni kubera iki Imana yategetse Isirayeli ya kera kurwana n’Abanyakanani? RABA URUPAPURO RWA 13-15.
Abakirisu bo mu kinjana ca mbere baba mu mazu ameze gute? RABA URUPAPURO RWA 16-18.
Abapfuye boba bari ahantu kanaka ari bazima? RABA URUPAPURO RWA 19-21.