Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Icigwa ca 1

Icigwa ca 1

Ni nde yaremye isi?

Ni nde yaremye ikiyaga?

Ni nde yaremye wewe na jewe?

Ni nde yaremye ikinyugunyugu n’amababa yaco y’amabara menshi?

Yehova Imana yaremye ibintu vyose.

KORA IBI

Somera umwana wawe:

Ivyahishuwe 4:11

Saba umwana wawe yerekane:

Inyenyeri Ibicu Izuba

Ubwato Isi Inzu

Ikiyaga Ikinyugunyugu

Baza umwana wawe uti:

Imana yitwa nde?

Yehova aba he?

Ni ibiki yaremye?