Nunezereze umutima wa Yehova!
IKIRINGO CO MU GITONDO
-
2:30 Umuziki
-
2:40 Ururirimbo No. 29 n’isengesho
-
2:50 Nunezereze umutima wa Yehova
-
3:05 Insiguro y’ibice bine: Niwigane kamere zine za Yehova
-
• Ubutungane
-
• Ububasha
-
• Ubukerebutsi
-
• Urukundo
-
-
4:05 Ururirimbo No. 81 n’amatangazo
-
4:15 Nuninahaze Imana mu “kwama ivyamwa vyinshi”
-
4:30 Kwiyegurira Imana no kubatizwa
-
5:00 Ururirimbo No. 49
IKIRINGO CO KU MUHINGAMO
-
6:10 Umuziki
-
6:20 Ururirimbo No. 28 n’isengesho
-
6:30 Insiguro ya bose: Ushobora gute kunezereza Imana?
-
7:00 Inyigisho y’Umunara w’Inderetsi
-
7:30 Ururirimbo No. 35 n’amatangazo
-
7:40 Insiguro y’ibice bine: Nunezereze Yehova . . .
-
• Mu buzima bwawe
-
• Mu muryango
-
• Mw’ishengero
-
• Aho ubaye
-
-
8:40 ‘Umunezero wa Yehova ni wo nkomezi zanyu’
-
9:15 Ururirimbo No. 110 n’isengesho