Ukwizera
Tuzi gute ko ukwizera ari ikintu gihambaye cane kuri Yehova?
Yoh 3:16, 18; Gl 3:8, 9, 11; Ef 6:16; Heb 11:6
Raba kandi 2Kr 5:7
-
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
-
Heb 11:1–12:3—Intumwa Pawulo yarasiguye ico ari co ukwizera yongera aravuga uburorero bwinshi bw’abagaragaje ukwizera, kuva kuri Abeli gushika kuri Yezu Kristu
-
Yak 2:18-24—Yakobo yarafatiye ku karorero ka Aburahamu mu kwerekana ko ukwizera gutegerezwa kujana n’ibikorwa
-
Ni ibiki bizodufasha gukomeza ukwizera kwacu?
Rm 10:9, 10, 17; 1Kr 16:13; Yak 2:17
Raba kandi Heb 3:12-14
-
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
-
2Ng 20:1-6, 12, 13, 20-23—Igihe abasavyi b’Imana bari bageramiwe n’igitero gikomeye, umwami Yehoshafati yababwiye ko kugira bibagendere neza bategerezwa kwizera Yehova n’abahanuzi biwe
-
1Bm 18:41-46—Umuhanuzi Eliya yarerekanye ukwizera mu kurindira yihanganye ko Yehova ashitsa umuhango wiwe wo gukuraho uruzuba rwari rumaze igihe kirekire
-