Niwigishe abana bawe
Bavyeyi, nimukoreshe izo nkuru mu kwigisha abana banyu ibintu bihambaye vyo muri Bibiliya.
Intangamarara
Amajambo avugwa mu Gusubira mu vyagezwe arashobora kukuyobora mu kurera abana bawe.
ICIGWA CA 1
Ibanga duhimbarwa no kumenya
Bibiliya iravuga ibijanye n’ibanga ridasanzwe ryitwa “ibanga ryeranda.” Urashaka kurimenya?
ICIGWA CA 2
Rebeka yashaka kunezereza Yehova
Twokora iki ngo tumere nka Rebeka? Nusome iyo nkuru maze umenye vyinshi ku bimwerekeye.
ICIGWA CA 3
Rahabu yarizera Yehova
Nurabe ingene Rahabu n’umuryango wabo barokowe igihe Yeriko yasangangurwa.
ICIGWA CA 4
Yaranezereje se wiwe hamwe na Yehova
Ni isezerano irihe umukobwa wa Yefuta yashikije? Twomwigana gute?
ICIGWA CA 5
Samweli yagumye akora ibintu vyiza
Wokwigana gute Samweli ugakora ibintu vyiza n’igihe abandi bantu boba bariko bakora ibintu bibi?
ICIGWA CA 6
Dawidi ntiyagira ubwoba
Nusome inkuru iteye umunezero yo muri Bibiliya kugira umenye icatumye Dawidi atagira ubwoba.
ICIGWA CA 7
Vyoba bishika ukumva uri wenyene ufise n’ubwoba?
Yehova yabwiye iki Eliya igihe yumva ari wenyene? Ni igiki twokwigira ku vyashikiye Eliya?
ICIGWA CA 8
Yosiya yari afise abagenzi beza
Bibiliya itubwira ko vyari bigoye ko Yosiya akora ivyiza. Raba ingene abagenzi biwe bamufashije.
ICIGWA CA 9
Yeremiya ntiyaretse kuvuga ivyerekeye Yehova
Naho abantu batwenze Yeremiya bakongera bakamushavurira, ni kubera iki yagumye avuga ivyerekeye Imana?
ICIGWA CA 10
Yezu yama agamburuka
Ntivyama vyoroshe kugamburukira abavyeyi bawe. Raba ingene akarorero ka Yezu gashobora kugufasha.
ICIGWA CA 11
Baranditse ibijanye na Yezu
Niwige ibijanye n’abanditsi ba Bibiliya umunani babayeho mu gihe kimwe na Yezu kandi banditse ibijanye n’ubuzima bwiwe.
ICIGWA CA 13
Timoteyo yashaka gufasha abantu
Ushobora gute kugira ubuzima buteye umunezero, nka kumwe kwa Timoteyo?
ICIGWA CA 14
Ubwami buzotegeka isi yose
Yezu niyaba Umwami w’isi ibintu bizoba bimeze gute? Urashaka kuzoba ari ho uri?