19-25 Gitugutu
KUVAYO 35-36
Ururirimbo rwa 92 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Turaronswa ibikenewe ku bw’igikorwa ca Yehova”: (Imin. 10)
Kv 35:25, 26—Yehova yarahezagiye agatima ko kwitanga abasavyi biwe bagaragaje (w14 15/12 4 ing. 4)
Kv 35:30-35—Impwemu nyeranda yaratumye Bezaleli na Oholiyabu barangura “ubwoko bwose bw’igikorwa” (w11 15/12 18 ing. 6)
Kv 36:1, 2—Vyari bibereye ko Yehova ahayagizwa kubera ibikorwa vyabo (w11 15/12 19 ing. 7)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Kv 35:1-24 (th icigwa ca 11)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 11)
Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umwereka urubuga rwacu hanyuma umusigire agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 4)
Inyigisho: (Imin. 5 canke idashika) bhs 26 ing. 18-20 (th icigwa ca 19)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Raporo ya Komite nshingwasohora yo mu 2018: (Imin. 15) Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Ni amahinduka ayahe ishirahamwe ryagize ku bijanye n’amacapuriro yacu, kandi kubera iki? Ni ibiki vyashobotse kubera ibicapurwa vyagabanutse? Ubuhinduzi burangura uruhara ruhambaye uruhe kugira turonke ibifungurwa vy’impwemu? Ni ivyiza ibihe biriko birava ku bisohorwa mu buhinga bwa none no mu mavidewo?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30 canke idashika) jy ikig. 137
Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)
Ururirimbo rwa 69 n’isengesho