1-7 Munyonyo
YOSUWA 18-19
Ururirimbo rwa 12 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yehova yakoresheje ubukerebutsi mu kugabura amatongo”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Yos 18:1-3—Ni ibiki bishobora kuba vyaratumye Abisirayeli bateba kwinjira akarere kari mu burengero bwa Yorodani? (it-1 934 ing. 1)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yos 18:1-14 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Mugihura: Inkuru nziza—Zb 37:10, 11. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Mugihura: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nuce umuha Umunara w’Inderetsi No. 2 2021. (th icigwa ca 1)
Mugihura: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 11)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Turakengurukira Yehova kubera urukundo rwanyu”: (Imin. 15) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishikirizwa n’umukurambere. Nimurabe ividewo ivuga ngo Twama “dukengurukira Imana ku bwanyu.” Vuga ikintu kimwe canke bibiri bishimishije mu biganiro vyo kuri jw.org bivuga ngo “Ingene intererano mutanga zikoreshwa.”
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 15 ing. 10-17
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 122 n’isengesho