13-19 Kigarama
ABACAMANZA 8-9
Ururirimbo rwa 125 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Aho kwibona twokwicisha bugufi”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Abc 8:27—Gideyoni yoba yarasenze efodi yari yakoze? (it-1 784 ing. 5)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Abc 8:28–9:6 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Usubiyeyo: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na usubiyeyo. (th icigwa ca 9)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera, maze utanguze inyigisho ya Bibiliya. (th icigwa ca 20)
Inyigisho: (Imin. 5) lffi icigwa ca 02, iciyumviro ca 4 (th icigwa ca 13)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 5) Nimurabe ividewo yo muri Kigarama ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 10)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 17 ing. 9-19
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 22 n’isengesho