20-26 Kigarama
ABACAMANZA 10-12
Ururirimbo rwa 127 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yefuta yashira imbere Yehova”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Abc 11:1—Twemezwa n’iki ko Yefuta atari umwana w’ikivyarwa? (it-2 1201)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Abc 10:1-18 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Nukoreshe ka gapapuro k’inkuru nziza kavuga ngo Ubona gute Bibiliya? mu gutanguza ikiyago. (th icigwa ca 1)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 4)
Inyigisho: (Imin. 5) lffi icigwa ca 02, iciyumviro ca 5 (th icigwa ca 3)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nabayeho nariyeguriye Yehova kuva mu buto: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nimuce mubaza ibibazo bikurikira: Iyo videwo yakwigishije iki ku vyerekeye akamaro ko kumenyerezwa? akamaro ko kwiyegurira Yehova ukiri muto? akamaro ko kwemera gukoreshwa n’ishirahamwe rya Yehova?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 17 ing. 20-22, mwihweze n’Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya rup. 235-237
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 55 n’isengesho