27 Kigarama 2021–2 Nzero 2022
ABACAMANZA 13-14
Ururirimbo rwa 134 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ico abavyeyi bokwigira kuri Manowa n’umugore wiwe”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Abc 14:2, 3— Ni mu buryo ki uwo Mufilisitiyakazi ‘ari we yari abereye’ kuri Samusoni? (w05 15/3 26 ing. 1)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Abc 14:5-20 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
“Nukore ivyotuma wongereza umunezero mu busuku—Niwigishe abatohoji ba Bibiliya kwigaburira mu vy’impwemu”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Nufashe abo wigisha Bibiliya kwigaburira mu vy’impwemu.
Inyigisho: (Imin. 5) lffi icigwa ca 02: Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira (th icigwa ca 17)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) hf igihimba ca 1
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 148 n’isengesho