6-12 Kigarama
ABACAMANZA 6-7
Ururirimbo rwa 38 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Jana izo nkomezi ufise”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Abc 6:27—Akarorero ka Gideyoni kodufasha gute mu ndimiro? (w05 15/1 26 ing. 6)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Abc 6:1-16 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Mugihura: Bibiliya—Rm 15:4. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Mugihura: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 6)
Mugihura: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera, hama umwereke ukuntu yoshobora kuronka ako mu buhinga bwa none. (th icigwa ca 15)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Igikorwa kigoye cane caranguwe n’impwemu nyeranda”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Ingene isinema “Ishirahamwe rya Yehova riri ku kivi” yateguwe.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 17 ing. 1-8
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 8 n’isengesho