8-14 Munyonyo
YOSUWA 20-22
Ururirimbo rwa 120 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ivyigwa dukura ku nkuru y’abatahuranye ukutari kwo”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Yos 21:43, 44—Kubera iki ayo majambo ari ukuri naho Abanyakanani benshi batahitanywe n’ibitero bikomeye vy’Abisirayeli canke ngo batsindwe? (it-1 390 ing. 4)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yos 20:1–21:3 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Usubiyeyo: Bibiliya—Ivy 21:3, 4. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Usubiyeyo: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na usubiyeyo. (th icigwa ca 12)
Usubiyeyo: (Imin. 5) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 15 ing. 18-23, mwihweze n’Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya rup. 210-212
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 121 n’isengesho