27 Munyonyo–3 Kigarama
YOBU 20-21
Ururirimbo rwa 38 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
«Ubugororotsi ntibubonekera ku butunzi»: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Yb 20:2—Abakurambere bofasha gute “ababuze amahoro”? (w95 1/1 9 ing. 19)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yb 20:1-22 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2) Koresha iciyumviro kijanye na mugihura. (th icigwa ca 1)
Usubiyeyo: (Imin. 5) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Kwiberaho ibihe bidahera, hama umwereke ukuntu twigisha Bibiliya. (th icigwa ca 6)
Insiguro: (Imin. 5) g 5/09 12-13—Umutwe: Imana yoba yipfuza ko uba umutunzi? (th icigwa ca 17)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
«Mubumbwe n’ibintu mufise ubu»: (Imin. 15) Guhana ijambo be n’ividewo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) bt ikig. 2 ing. 16-23
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 103 n’isengesho