6-12 Munyonyo
YOBU 13-14
Ururirimbo rwa 151 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
«Iyo umuntu apfuye, mbega yosubira kubaho?»: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Yb 13:12—Ni kubera iki Yobu yasanishije amajambo ya ba biruzi b’ikinyoma n’«imigani ata co imaze nk’iminyota»? (it-1 412)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yb 13:1-28 (th icigwa ca 12)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Mugihura: Bibiliya—2Tm 3:16, 17. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Nuce umuha agatabu Kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 2)
Inyigisho: (Imin. 5) lff isubiramwo ry’igice ca 1 ikibazo ca 1-5 (th icigwa ca 19)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
«Nurabe ico ushira ku ruhande»: (Imin. 15) Guhana ijambo be n’ividewo. Gishikirizwe n’umukurambere. Nukeze abagize ishengero kuba bashira ku ruhande intererano zo gushigikira ivyungura Ubwami.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) bt ikig. 1 ing. 16-21
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 76 n’isengesho