AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Myandagaro 2016
Ingene twotanguza ibiyago
Ingene twotanguza ibiyago dukoresheje Be maso! n’agatabu Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera. Ufatiye kuri ubwo burorero niwitegurire uburyo bwawe.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Guma ahihishije ha Musumbavyose
“Ahihishije” ha Yehova ni iki kandi hadukingira gute? (Zaburi 91)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro —Fasha abo wigisha Bibiliya gutera imbere gushika kw’ibatisimu
Ni kubera iki iyo migambi yo mu vy’impwemu ihambaye? Twofasha gute abo twigisha Bibiliya kugira bayishikeko?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Abageze mu zabukuru barama mu vy’impwemu
Imirongo yo muri Zaburi 92 irerekana ko abageze mu zabukuru baba bagishurika, bakama mu vy’impwemu.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yehova aribuka ko turi umukungugu
Muri Zaburi 103, Dawidi yarakoresheje imvugo ngereranyo mu kwerekana urugero rw’imbabazi z’Imana.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nimukengurukire Yehova”
Imirongo yo muri Zaburi 106 yogufasha gutsimbataza no kuzigama agatima ko gukengurukira Yehova.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nzokwishura iki Yehova?”
Ni ibiki umwanditsi w’amazaburi yari yiyemeje gukora kugira yerekane ko akengurukira Yehova? (Zaburi 116)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Niwigishe ukuri
Bwira abantu ukuri kw’ishimikiro kwo muri Bibiliya ukoresheje ubwo buryo bushasha bwo gutanguza ibiyago.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Isekeza ridasanzwe ryo gutanga Umunara w’Inderetsi muri Nyakanga
Uwo Munara w’Inderetsi uzovuga ibijanye n’uruhoza n’ingene Imana iduhoza.