Kuba umwirebange ni ingabire
Uko imyaka yagiye irarengana ni ko abakirisu benshi bagiye baribonera ko kuba ari abirebange vyabaronkeje akaryo kadasanzwe ko kwagura umurimo, kugiranira ubugenzi n’abantu benshi no kwiyegereza cane Yehova.
IVYO KUZIRIKANAKO: Nimba uri umwirebange, wokwungukira gute kuri ico kiringo bimwe bishitse?
Abagize ishengero bashobora gute kuremesha no gushigikira abirebange?