27 Ndamukiza–3 Rusama
ITANGURIRO 34-35
Ururirimbo rwa 28 n’isengesho
Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Kwifatanya n’abagenzi babi bikwega akarambaraye”: (Imin. 10)
It 34:1—Dina yari afise akamenyero ko kuja kuraba abakobwa b’i Kanani (w97 1/2 30 ing. 4)
It 34:2—Shekemu yarafashe Dina aramwonona (lvs 124 ing. 14)
It 34:7, 25—Simeyoni na Lewi barishe Shekemu be n’uw’igitsina-gabo wese wo mu gisagara ciwe (w09 1/9 21 ing. 1-2)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
It 35:8—Debora yari nde, kandi tumwigirako iki? (it-1 603 ing. 9)
It 35:22-26—Twemezwa n’iki ko abo Mesiya yakomotseko bose batategerezwa kuba ari imfura? (w17.12 14)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 34:1-19 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Elise yagerageje gute gukora ku mutima uwo abwira inkuru nziza? Twotanguza gute inyigisho ya Bibiliya dukoresheje igitabu Bibiliya itwigisha iki?
Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa kabiri. (th icigwa ca 13)
Inyigisho: (Imin. 5 canke idashika) fg icigwa ca 4 ing. 6-7 (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Mushire kure imana z’inyamahanga”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo “Murwanye Shetani.”
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 112
Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)
Ururirimbo rwa 143 n’isengesho