27 Ntwarante–2 Ndamukiza
YEREMIYA 12-16
Ururirimbo rwa 135 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Isirayeli yaribagiye Yehova”: (Imin. 10)
Yr 13:1-5
—Yeremiya yarumviye Imana aja kunyegeza umukaba w’ilino naho vyamusavye akigoro kanini (jr 51 ing. 17) Yr 13:6, 7
—Yeremiya yaragize urugendo rurerure asubiye gutora wa mukaba, asanga warononekaye (jr 52 ing. 18) Yr 13:8-11
—Yehova yashaka kwerekana yuko ubucuti bwa hafi yari afitaniye n’Abisirayeli bwokwononekaye kubera akagagazo kabo (jr 52 ing. 19-20; it-1 1070 ing. 15)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Yr 12:1, 2, 14
—Ni igiki Yeremiya yabajije Yehova, kandi Yehova yamwishuye gute? (jr 118 ing. 11) Yr 15:17
—Yeremiya yabona gute abagenzi babi, kandi twomwigana gute? (w04 1/5 12 ing. 16) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yr 13:15-27
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Ubutumire bw’Icibutso n’akavidewo
—Cira inzira isubirayo. Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Ubutumire bw’Icibutso n’akavidewo
—Cira inzira ikiyago kizokurikira. Insiguro: (Imin. 6) w16.03 29-31
—Umutwe: Ni ryari abasavyi b’Imana bagizwe imbohe na Babiloni Akomeye?
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Fasha umuryango wawe kwibuka Yehova”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimubanze murabe ividewo ivuga ngo “Aya majambo . . . aze abe ku mutima wawe”
—Ivyavuzwe n’imiryango. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 10 ing. 8-11, inzitiro “‘Inkomoko ya Noweli n’intumbero yayo’” na “Iyindi misi mikuru yerekanywe ko itabereye”
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 48 n’isengesho