28 Ntwarante–3 Ndamukiza
1 SAMWELI 18-19
Ururirimbo rwa 36 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nugume wicishije bugufi igihe uroraniwe”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Sm 19:23, 24—Ni mu buryo ubuhe Umwami Sauli ashobora kuba yarifashe “nk’umuhanuzi”? (it-2 671-672)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Sm 18:25–19:7 (th icigwa ca 11)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
“Nukore ivyotuma wongereza umunezero mu busuku—Nufashe abatohoji ba Bibiliya guheba ingeso zihumanye”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Nufashe abo wigisha Bibiliya guheba ingeso zihumanye.
Insiguro: (Imin. 5) km 1/03 1—Umutwe: Igikorwa gisaba ukwicisha bugufi. (th icigwa ca 13)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ypq ikibazo ca 5
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 2 n’isengesho