UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Nugume wicishije bugufi igihe uroraniwe
Abantu barashimagije Dawidi (1Sm 18:5-7; w04 1/4 15 ing. 4)
Yehova yaratumye Dawidi aroranirwa mu vyo yakoze vyose (1Sm 18:14)
Dawidi yagumye yicishije bugufi (1Sm 18:22, 23; w18.01 28 ing. 6-7)
Kubera iki bihambaye ko tuguma twicishije bugufi igihe Yehova aduhezagiye? Ni ibiki bizodufasha kuguma twicishije bugufi?