4-10 Ndamukiza
1 SAMWELI 20-22
Ururirimbo rwa 90 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ukuntu twobera abandi abagenzi beza”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Sm 21:12, 13—Twokwigira iki ku vyo Dawidi yakoze? (w05 15/3 24 ing. 4)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Sm 22:1-11 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Usubiyeyo: (Imin. 2) Nusubire kugendera uwashimishijwe yongera arakira ubutumire bw’Icibutso. (th icigwa ca 6)
Usubiyeyo: (Imin. 5) Insiguro y’Icibutso irangiye, nuyage n’umuntu watumiye maze wishure ikibazo abaza ku bijanye n’urwo rubanza. (th icigwa ca 12)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 04, iciyumviro ca 3 (th icigwa ca 20)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Abagenzi ufise ku mbuga hwaniro ni bande?”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Nukoreshe neza ubuhinga bwa none.
Duhe ikaze abashitsi: (Imin. 5) Insiguro ishikirizwa n’umucungezi w’umurimo ishingiye ku kiganiro co mu gatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu ko muri Ntwarante 2016. Nuvuge muri make aho isekeza rigeze mu cibare canyu. Niwerekeze ku rutonde rw’ugusoma Bibiliya kw’Icibutso ruri ku rupapuro rwa 10 na 11, uce uremesha bose gutegura imitima yabo ku bw’Icibutso. (Ezr 7:10) Niwibutse abumviriza intunganyo zagizwe ng’aho iwanyu ku bijanye no kwitaba Icibutso canke kukiraba.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ypq ikibazo ca 6
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 95 n’isengesho