UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Urukundo rudahemuka rw’Imana ruradukingira ibinyoma vya Shetani
Shetani ashaka ko abantu bemera yuko Yehova ari we atuma ibintu bibi bishika (Yb 8:4)
Yoshima ko twiyumvira yuko kuguma turi intahemuka kuri Yehova canke kumuhemukira ata co bimutwaye (Yb 9:20-22; w15 1/7 12 ing. 3)
Urukundo rudahemuka rwa Yehova ruradufasha kudahendwa n’ibinyoma vya Shetani no kugumana ugutungana (Yb 10:12; Zb 32:7, 10; w21.11 6 ing. 14)
GERAGEZA IBI: Kugira wikomeze igihe uri mu bigeragezo, nuzirikane uburyo butandukanye Yehova ariko arakugaragarizamwo urukundo rudahemuka, uce uvyandika, wongere uze urabisuzuma.