9-15 Gitugutu
YOBU 4-5
Ururirimbo rwa 121 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Uraba maso ku makuru y’ikinyoma”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Yb 4:4—Ni akarorero keza akahe Yobu yasigiye abakirisu? (w03 15/5 22 ing. 5-6)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yb 5:1-27 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2) Koresha iciyumviro kijanye na mugihura. (th icigwa ca 4)
Usubiyeyo: (Imin. 5) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Niwereke uwo muntu ukuntu yoronka amakuru kuri jw.org. (th icigwa ca 15)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 16, iciyumviro ca 5 (th icigwa ca 16)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 60
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 38 n’isengesho