UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Uraba maso ku makuru y’ikinyoma
Elifazi yaboneka nk’aho atanga amakuru yo kwizigirwa kubera imyaka yiwe n’ivyo yaciyemwo (Yb 4:1; it-1 725 ing. 17)
Yarohejwe n’amadayimoni maze ashikiriza Yobu ubutumwa buca intege (Yb 4:14-16; w05 15/9 26 ing. 2)
Bimwe mu vyo Elifazi yavuze kwari ukuri ariko yarabigoretse (Yb 4:19; w10 15/2 19 ing. 5-6)
Isi ya Shetani ibandanya ikwiragize amakuru y’ikinyoma yonona.
NIWIBAZE UTI: “Noba mfata akanya ko kwiyemeza ko amakuru ndonka ari ay’ukuri?” —mrt 32 ing. 13-17.